BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC Gahuza ubu turi no kuri YouTube
Yisure urebe amakuru n’ibiganiro byacu
Inkuru iri kw'isonga
Burundi: Umuvugizi w’igisirikare aremeza ko hari intwazangabo zibiri zipfungiwe muri congo
Umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi, Général de Brigade Gaspard Baratuza, yemeje ko Major Jérémie Nitunga na Capitaine Félicien Kanjori , abasirikare babiri b’uburundi, bafatiwe muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo, ariko ahakana ko bapfungiwe i Kinshasa.
Abarundi hafi 7.000 bamaze gutaha bava muri Kenya
Abategetsi mu Burundi bavuga ko Abarundi hafi 7.000 bamaze gutaha bava muri Kenya kuva muri ico gihugu havuzwe ko ata munyamahanga yemerewe gukora ubucuruzi buciriritse no gutembereza ibicuruzwa.
Umucamanza wo mu Bwongereza yategetse ushinjwa jenoside yo mu Rwanda kuriha £100,000 y'ingwate kugira ngo arekurwe by'agateganyo
Brown ashinjwa "kwica, kuyobora cyangwa gushishikariza" impfu z'Abatutsi mu Rwanda. Ahakana avuga ko nta cyaha yakoze.
Impanuka 6 mbi cyane zo mu mazi zahungabanyije isi
Kurohama kwa ‘Le Joola’ muri Sénégal mu mwaka wa 2002 kwaguyemo abantu 1,800. Icyakora, hari n’andi mpanuka zo mu mazi zabaye ku isi zigahitana ibihumbi by’abantu kandi zigira ingaruka zikomeye mu mateka.
Araqchi: Iran iriteguriye amahoro ariko kandi iriteguriye n’intambara
Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu wa Iran, Abbas Araqchi, yagiye muri Amerika ari kumwe na Perezida Masoud Pezeshkian kwitaba Inama Nkuru ya ONU, yavuze ko intumwa zo ku rwego rwo hejuru za Iran zagiye i New York zifise intumbero yo "gutegura inzira y’amahoro."
Video, Wari uzi ko ibihimba vy'umugore n'ivyo ingoma ari bimwe?, Umwanya bimara 2,33
Ingoma ifise ibihimba bitandukanye, ariko vyose vyitiranwa n'ivyo umugore.
Kaminuza ya Harvard yahishuye ibanga ryoroshye ryo kubaho igihe kirekire
Ubushakashatsi bukomeye bwakozwe muri Harvard bwerekana ko kugirana umubano mwiza n'abantu bishobora gufasha kongera imyaka yo kubaho mu buzima bwiza. Aho kugira abantu benshi baziranye, kugirana umubano wimbitse - hamwe no kwitabira ibikorwa mbonezamubano - bishobora kugira uruhare runini mu buzima bw'umubiri no mu mutwe.
Abantu 27 bishwe mu bitero bibiri vy'abagabo bitwaje inkoho muri Afrika y'Epfo
Ubugizi bwa nabi buterwa n’abantu batunze inkoho mu buryo buteye kubiri n'amategeko muri Afrika y’Epfo ni ikibazo kimaze imyaka mirongo.
Trump yanse amasezerano ku Muhora wa Hormuz, Irani iracarindiriye inyishu ya nyuma ya Amerika
Irani ivuga ko abayiserukira mu biganiro barindiriye inyishu "ya nyuma", kandi ko "umuti uciye mu biganiro" ari wo wonyene ushobora kurangiza intambara.
Ethiopia: Ibizwi ku mirwi y'inyeshamba yatangaje ko yishize hamwe mu runani rwo gusenyura reta ya Abiy Ahmed
Muri Ethiopia, haherutse gutangazwa ishingwa ry'ihuriro ryiswe "Cooperation for Survival", rifise intumbero yo gukura ku butegetsi reta iyobowe n'umushikiranganji wa mbere w'ico gihugu, Abiy Ahmed.
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
RD Congo: Abategetsi babiri bakuru ba sentare ya gisirikare bapfiriye mu mpanuka y'indege - FARDC
Abo basirikare bompi bari bafise uruhara rukomeye mu manza za gisirikare zijanye n'intambara ibandanya mu buseruko bw'igihugu.
Uburyo amabere manini ashobora kugira ingaruka ku buzima bwawe
Amabere manini yakunze kugaragara ko atera ibibabo nk'ububabare bw'umugongo budakira, kuribwa umutwe, imiterere mibi, kugira ibinya n'ibibazo byo gusinzira, ndetse n'ibibazo by'ubuzima bwo mu mutwe.
U Rwanda n'Ububiligi byatangaje ko bisubijeho umubano wa dipolomasi
U Rwanda n'Ububiligi – bwahoze burukoloniza – byari byacanye umubano mu mwaka ushize ku mpamvu zifitanye isano n'intambara yo mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo.
Umuganga yarengukishijwe imbere ya sentare yo mu Bwongereza ku vyaha vya jenoside yo mu Rwanda
Dr Vincent Brownyarengukishijwe inyuma y'amatohoza yari amaze imyaka indwi akorwa n'Ubwongereza ku bwicanyi bwo mu 1994.
Umuntu wa mbere wo mu Bwongereza yarezwe jenoside yabaye mu Rwanda mu 1994
Dr Vincent Brown, wahoze yitwa Dr Vincent Bajinya, w'imyaka 65, aragezwa mu rukiko rw'ibanze rwa Westminster Magistrates’ Court i London kuri uyu wa kabiri, aregwa ibyaha birindwi.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango











































